Iris News
Iris News
June 18, 2025 at 07:13 AM
[18RUHESHI] #umunsinkuyu muri kahise... 📆 Turi kw’igenekerezo rya 18 Ruheshi 2025. Umunsi ugira 168 mu mwaka, hasigaye iminsi 197 ngo umwaka urangire. Twipfurize isabukuru nziza abavutse kuri rino genekerezo bose 🥳 ⤵️ Ng'ibi bimwe mu vyaranze iri genekerezo muri kahise... 🇧🇮 2020 - Mu Burundi, Evariste Ndayishimiye yarimitswe nk'Umukuru w'igihugu c'Uburundi agira icenda. 🇲🇱 2023 - Muri Mali, harabaye amatora yo gutora ibwirizwa shingiro 🇨🇵 1940 - Mu Bufaransa, Jenerali de Gaulle yariyamirije Abadagi 🪖 1815 : Intambara ya Waterloo 👀 Ni ibiki wibuka kuri iri genekerezo ? #burundi #kahise #irisnews https://www.facebook.com/share/p/1934PCcWSK/
👍 1

Comments