
Iris News
June 18, 2025 at 10:46 AM
😢🇲🇬 Madagascar - Abantu 17 muri 50 baramaze kwitaba Imana inyuma yo gufungura ibitameze neza mw'ihimbazwa ry'isabukuru y'amavuko
🔙 Inyuma y'uko ku wa gatandatu, igenekerezo rya 14 Ruheshi 2025, bari baramukanye ibirori vyo guhimbaza isabukuru y'amavuka y'umukobwa yari akwije imyaka 18 w'i Antananarivo muri Madagascar, abagera kuri 17 harimwo na nyene guhimbaza isabukuru baramaze kwitaba Imana inyuma yo gufungura ibiribwa bihumanye muri ivyo birori
#burundi #mukarere #irisnews
https://www.facebook.com/share/p/19ZXLKuEsW/
😢
1