
Iris News
June 18, 2025 at 10:47 AM
🫸 Kumenya gukoresha ibimenyetso vy'indagi ku bacamanza, birakiza uwufise ubwo bumuga abituye
🪇 Iyo ni intahe ya Nishemezwe Félicite, umukuru wa Sentare nkuru ya Gitega, aho yari aramutse aronka urupapuro rwemeza ko yize ibimenyetso vyo kuganira n'abafise ubumuga bwo kutumva canke kuvuga. Hari kuri uyu wa 15 Ruheshi 2025 i Gitega
#burundi #amakuru #irisnews
https://www.facebook.com/share/p/16c5PcoYoH/