Iris News
Iris News
June 18, 2025 at 03:28 PM
🚨 AMAKURU MASHASHA - Hon. Olivier Suguru niwe yongeye kwizerwa ngo arongore ikigo c'abagwizatunga bo mu Burundi - CFCIB 👨🏻‍💼 Abagwizatunga b'Uburundi, bahurikiye mu mashirahamwe atandukanye, bazindukiye i Bujumbura muri Hôtel Source du Nil kwitorera indongozi nshasha za CFCIB (Chambre Fédérale du Commerce et de l'Industrie du Burundi), mu gihe izahahora zari zirangije ikiringo ➡️ https://www.facebook.com/share/p/16YYS7hhf6/

Comments