
Iris News
June 18, 2025 at 03:29 PM
🚨 AMAKURU MASHASHA - Hon. Olivier Suguru niwe yongeye kwizerwa ngo arongore ikigo c'abagwizatunga bo mu Burundi - CFCIB
👨🏻💼 Abagwizatunga b'Uburundi, bahurikiye mu mashirahamwe atandukanye, bazindukiye i Bujumbura muri Hôtel Source du Nil kwitorera indongozi nshasha za CFCIB (Chambre Fédérale du Commerce et de l'Industrie du Burundi), mu gihe izahahora zari zirangije ikiringo
🗳️ Ku gitigiri 81 c'abatoye, Umushingamateka Suguru yaronse amajwi 52 kuri 28 ya Donatien Ndayishimiye bariko barahiganwa.
#burundi #amakuru #irisnews
https://www.facebook.com/100056436835117/posts/pfbid02y8v3un8W5LBkdeFzkGjtwdQqzdm8m9m6rLmkrknJGEtYmAVLcQyh6pMbMdxEzQLyl/?app=fbl