
Iris News
June 19, 2025 at 11:42 AM
🦅 'Ubu abarundi bose batoye Cndd-Fdd, turi abagumyabanga twese' - Prezida Ndayishimiye yaraye ajinjibuye abahora bitwaza umugambwe mu guhiga ivyicaro
👨🏻💼 Mu nyigisho n'indongozi nkuru mu gihugu zabereye i Gitega kuri uyu wa gatatu, Umukuru w'igihugu yarakebuye abahora bashira imbere za 'ndashiririye' hageze guhiga abokorera gihugu.
#burundi #amakuru #irisnews
https://www.facebook.com/100056436835117/posts/pfbid03tEgLPFmCcPAAe8xggVoit6rWu7LHdzth2FrfhQKwvA8MEbeN1ba2MqVskAdPAsjl/?app=fbl
👍
1