
Iris News
June 19, 2025 at 11:49 AM
💵 Hakenewe imiriyoni 76,5 z'amadorari kugira impunzi z'Abanyekongo ziri mu Burundi zifashwe bikwiye
🇨🇩 Abarenga 90.000 nibo bakiriwe mu makambi y'impuzi ari mu mihingo itandukanye y'Uburundi kuva muri Nzero 2025.
#burundi #amakuru #irisnews
https://www.facebook.com/100056436835117/posts/pfbid0rQ6HhtwVPJCLM6GqjA9zYE9ZfkfTHB3HAukveq1MMcoHhCckKqQJ7Bei4ga2Pqtl/?app=fbl
✍
1