Iris News
                                
                            
                            
                    
                                
                                
                                June 19, 2025 at 02:30 PM
                               
                            
                        
                            💰 Hari umushingamateka afise impungenge ku bijanye na bourse ihabwa abana bagiye kwiga hanze y'igihugu
🎙️ Ati: "Hariho abanyeshure bari mu bihugu bitanu bafise ubukene budasanzwe: Algérie, Hongrie, Inde, Cuba na Serbie, none amadorari 100 bahabwa azobafasha iki?"
Kurikira inyishu y'umushikiranganji w'indero
                        
                    
                    
                    
                        
                                    
                                        
                                            ❤️
                                        
                                    
                                    
                                        1