Iris News
Iris News
June 20, 2025 at 09:13 AM
[20Ruheshi] #umunsinkuyu muri kahise... 📆 Turi kw’igenekerezo rya 20 Ruheshi 2025. Umunsi ugira 171 mu mwaka, hasigaye iminsi 194 ngo umwaka urangire. Twipfurize isabukuru nziza abavutse kuri rino genekerezo bose 🥳 ⤵️ Ng'ibi bimwe mu vyaranze iri genekerezo muri kahise... 🇲🇱 1960 - Igihugu ca Mali cari kigizwe n'ihuriro ry'ibihugu vya Sudani y'Abafaransa na Sénégal, cararonse intahe yo kwikukira 🇿🇦 2010 - Muri Afrika y'epfo, abakinyi b'umugwi w'Ubufaransa baragize imigumuko mu gihe c'ihiganwa ry'igikombe c'isi yose 🇫🇷 1794 - Mu Bufaransa, umwami Louis XVI yarahunze igihugu ari kumwe n'umuryango wiwe 🇺🇸 1963 - Leta Zunze Ubumwe za Amerika n'ubumwe bwa sorviéte 🥳 Igenekerezo rya 20 Ruheshi kandi hahimbazwa umunsi wahariwe impunzi. Tukaba tunibuka abafise amazina ya ba Sylvère 🎤 Hari ico wibuka kuri rino genekerezo ? #burundi #kahise #irisnews https://www.facebook.com/share/p/18yMJHkTYm/
😢 1

Comments