
FOCODE Magazine
June 20, 2025 at 04:38 PM
https://www.facebook.com/share/v/1Bcn7gieEz/
Mwari muzi ko umugenzo wo gukaraba tuvuye guhamba, twawigishijwe n'abakongomani ?
Professeur Émile Mworoha yavuze ko mu mico y'abarundi bitabaho ko baca kunywa inzoga bavuye guhamba. Uwo ngo ni umuco w'aba Luba bo muri RDC.
Hano aravuga ibindi vyazanywe n'abakongomani be n'abakoloni. Avuga ko nk'inzoga ya kanyanga nayo nyene yazanywe n'abakongomani.
Professeur Émile Mworoha yaraye ashengeye ku myaka 85 y'amavuka.
📷 Ireresi ya Buja Sans Tabou.
👍
2