Iris News
Iris News
June 6, 2025 at 07:22 AM
⌛ Inyuma y'uko haraye habaye amatora, ubu bigeze he ? Mu ma komine atandukanye y'igihugu, igikorwa co kwegeranya amajwi n'ibikoresho biva mu biro vy'amatora bitandukanye caraye kirangiye mw'ijoro rishira ubuca ryo kuri uyu wa kane. #burundi #amatora2025 #synergiedesmedias #irisnews https://m.facebook.com/story.php?story_fbid=pfbid02pijqp6EJqEu4Lv1cHpHM5chaAHGu2K6rgHt5GVNdfXa84tTSyXcCTrdCuDSNfQmnl&id=100056436835117&mibextid=Nif5oz

Comments