Find WhatsApp Channels
Discover the best WhatsApp channels for news, entertainment, education and more. Our powerful search helps you find exactly what you're looking for.
Channels & Posts for #amatora2025
Posts
Iris News
🔴 AMAKURU MASHASHA - Sentare ijejwe kwubahiriza ibwirizwa Shingiro yemeje icese ivyavuye mu matora ...
🇧🇮🗳️ | Sentare ijejwe kwubahiriza ibwirizwa Shi...
🇧🇮🗳️ | Sentare ijejwe kwubahiriza ibwirizwa Shingiro, izosasa ejo kugira ifate ingingo ku vyavuye...
🎙️ Inyuma yo gutanguza icese imyiyamamazo y'amato...
🎙️ Inyuma yo gutanguza icese imyiyamamazo y'amatora i Gitega ku wa 09 Rusama 2025, amatora akaba ku...
Iris News
🕌 Umuryango w'aba Islam mu #Burundi barungitse indorerezi 1894 mu gihugu cose mu matora aheruka kub...
28 réactions | Iris News
🎥 AMASHUSHO - Umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu yaneguye abanyeporitike bavuga ko 'bib...
Iris News
🗳 Yari yitoje mu kibanza c'umushingamateka, ariko Jules Niyongabo ntiyarengeje amajwi 567 angana n’...
Iris News
🌝 'N'igihe ca ba Rwagasore na Ndadaye, ntawigeze atsinda 90%' - Niyongabo Jules, yitoje nk'uwigenga...
🔴 AMAKURU MASHASHA - Uretse Cndd-Fdd, nta wundi ...
🔴 AMAKURU MASHASHA - Uretse Cndd-Fdd, nta wundi mugambwe n'umwe waronse Abashingamateka, eka nta n...
Iris News
🗳️ #Amatora2025: Mu ntara ya #Gitega CNDD-FDD ifise intebe 217 kuri 225 zari zitegekanijwe (96,8%) ...
Iris News
🗳️ #Amatora2025: Muri Bujumbura yagutse, CNDD-FDD yatsindiye intebe 272 ku 275 zahiganirwa 👆🏾 Bi...
🚨 AMAKURU MASHASHA - muri #Butanyerera, CNDD-FDD ...
🚨 AMAKURU MASHASHA - muri #Butanyerera, CNDD-FDD niyo yatahukanye intsinzi n'amajwi 99% 🗳️ Mu mat...
Iris News
🧐 Umugambwe CNL uriyamiriza wivuye inyuma ingendo n'inyifato vyaranze amatora yabaye kuwa 5 Ruheshi...