
Iris News
June 6, 2025 at 11:25 AM
✅ Urunani rw’amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya poritike (#ihuriro) rurashima uko ibikorwa vy' amatora vyaraye bigenze.
Rubicishije mw'itangazo ry'uwururongoye, Hakizimana Gérard, rumenyesha ko rugiye gutangaza icegeranyo kivuga ido n’ido ry’ingene amatora yagenze, igihe Umugwi w’igihugu wigenga ujejwe gutunganya amatora (CENI) uzoba wamaze gushikiriza ibiharuro vyavuye muri ayo matora.
#burundi #synergiedesmedias #amatora2025
https://m.facebook.com/story.php?story_fbid=pfbid0S8shMkUhEigivGfcN5mifeqG33g8ARMbgW3HH3AKJ5QAJSghucq1CYDYshSvRPpsl&id=100056436835117&mibextid=Nif5oz
❤️
1