
Iris News
June 8, 2025 at 06:57 AM
🇧🇮 Ubumwe bwa Afrika bwemeza ko "amatora yagenze neza" kandi ko "Uburundi ari akarorero keza k'ibindi bihugu mu gutunganya neza amatora "
📍Ivyo vyemezwa n'umurwi w'ubumwe bwa Africa ( Union Africaine) wakurikiraniye hagufi amatora yo mu Burundi kuwa 05 Ruheshi 2025 , haba mu nteguro zayo , mu myiyamamazo no ku munsi w'amatora nyene.
#amatora2025 #irisnews
https://www.facebook.com/share/p/1ApyMhzxXm/
👍
🙆♂️
🥳
3