Iris News
Iris News
June 10, 2025 at 12:33 PM
🚨 AMAKURU MASHASHA - muri #butanyerera, CNDD-FDD niyo yatahukanye intsinzi n'amajwi 99% 🗳️ Mu matora y'abajenama b'amakomine yabaye kuri uyu wa 5/06/2025, mu ntara za kera za Kayanza, Ngozi na Kirundo CNDD-FDD yayatahukanye itsinze biboneka iyindi migambwe. 🫆Iyindi migambwe yitoje muri iyo ntara, bagabuye igice 1% gusa. 🎙️ Bihejeje gutangazwa kuri uyu wa 10 Ruheshi n'umugwi w'igihugu wigenga ujejwe gutunganya amatora - CEPI muri iyo ntara ya Butanyerera. #burundi #amatora2025 #irisnews
💩 1

Comments