
Iris News
June 10, 2025 at 02:36 PM
🗳️ #amatora2025: Muri Bujumbura yagutse, CNDD-FDD yatsindiye intebe 272 ku 275 zahiganirwa
👆🏾 Bihejeje gutangwazwa na Habineza Juvenal arongoye umugwi wigenga ujejwe gutunganya amatora muri iyo ntara kuri uyu wa 10 Ruheshi 2025
🔢 Kuri kommine 11 zigize iyo ntara ya Bujumbura yagutse, imwe yose ifise intebe 25 z'abajenama b'amakomine. Izo ntebe zose zotsindiwe n'umugambwe CNDD-FDD kiretse muri komine Mukaza honye CNDD-FDD yaronsemwo intebe 22, Uprona ironka 2 nayo CNL ironka intebe imwe.
📜Izo komine ni: Bubanza, Bukinanyana, Cibitoke, Isare, Mugina, Muhuta, Mpanda, Mugere, Mukaza, Ntahangwa, Rwibaga
#burundi #irisnews
https://www.facebook.com/100056436835117/posts/pfbid0hz6fbnHEXCW39BLkghQbSVn9ZhDgmnBgBYaB4H9evuN75gaZBrGNAtz3DoSiXAyil/?app=fbl
😂
👍
💩
😢
😮
6