Iris News
Iris News
June 12, 2025 at 11:17 AM
🗳 Yari yitoje mu kibanza c'umushingamateka, ariko Jules Niyongabo ntiyarengeje amajwi 567 angana n’ibice 0,01 %. Birtyo, ntashobora kwicara mu nama nshingamateka kuko vyamusaba kuronka n'imiburiburi 40% mu ntara ya Bujumbura kugira aronke intebe. 😠 N’agashavu, Jules Niyongabo, avuga ko amatora yaranzwe n'utunenge twinshi bigatuma umugambwe CNDD-FDD uronka amajwi 96% azotuma uba mu nama nshingamateka wonyene. 💪 Niyongabo akabona ko umugambwe uri ku butegetsi ufise intumbero yo gutuma haba gucika intege mu banyamigambwe, ariko akamenyesha ko ikosa ryo gucika intege ataryo azokora. #burundi #amatora2025 #irisnews https://www.facebook.com/share/v/1LLsKuJ74s/
❤️ 1

Comments