Iris News
Iris News
June 12, 2025 at 09:04 PM
🎥 AMASHUSHO - Umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu yaneguye abanyeporitike bavuga ko 'bibwe' amatora mu gihe badashobora kudomako urutoke kuri uwo bavuga ko yabivye Martin Niteretse yabasavye kuvavanura n'ako kageso kataye igihe. Ni mu kiganiro yagiranye n'abamenyeshamakuru kuri uyu wa kane #burundi #amatora2025 #irisnews https://www.facebook.com/share/v/1HEvepZpz1/
💩 1

Comments