
Iris News
June 13, 2025 at 09:58 AM
🕌 Umuryango w'aba Islam mu #burundi barungitse indorerezi 1894 mu gihugu cose mu matora aheruka kuba yo ku wa 5 Ruheshi 2025 y'abashingamateka n'abajenama b'amakomine.
Abarorerezi barungitswe bavuga ko amatora yagenze neza cane, abakozi ba CENI bakoze neza, ni n'amatora yabaye ubwa mbere inyuma y'indinganizo nshasha y'igabanywa ry'intara n'amakomine. Yamara, abisiramu barafise ico basaba Reta na CENI.
🎧 Kurikira Mouhamed Ibrahim Umuvugizi w'uwo mugwi w'indorerezi mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuri uyu wa kane
#amatora2025 #irisnews
https://www.facebook.com/share/v/1XZEiqdzgc/