
Iris News
June 14, 2025 at 07:58 AM
🎙️ Inyuma yo gutanguza icese imyiyamamazo y'amatora i Gitega ku wa 09 Rusama 2025, amatora akaba ku wa 05 Ruheshi, Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye araremesha ikiganiro ku bijanye n'uko ayo matora yagenze
⌚Ni mu kiganiro n’abamenyeshamakuru gitangura igihe c’isaha 10h ku mugwa mukuru wa poritike i Gitega ku kirimba c’umukuru w'igihugu
Ni ikiganiro kiza kuba ikibiriraho ku nsamirizi n’imboneshakure y’igihugu RTNB hamwe n'ibiro vy’Umukuru w'igihugu (Présidence de la République).
#burundi #amatora2025 #irisnews

💩
1