
Iris News
June 19, 2025 at 06:08 PM
🇧🇮🗳️ | Sentare ijejwe kwubahiriza ibwirizwa Shingiro, izosasa ejo kugira ifate ingingo ku vyavuye mu matora yabaye kuwa 5 Ruheshi
📑 Ni inyuma y'uko umugwi CENI wayishikirije icegeranyo cawo kirimwo urutonde rw'abashingamateka bagiye gusasa mu kiringo c'imyaka 5 n'ibindi vyavuye muri ayo matora.
👨🏾⚖️ Valentin Bagorikunda aramutswa iyo Sentare, yahamagariye uwo wese avyipfuza kuzokwitabira isasa ryayo rizotangura isaha zine z'agatondo, ku cicaro cayo mu Kigobe.
#amatora2025 #irisnews

✍
💩
2